-
[imbwa irakuga]
-
[imbwa irakuga]
-
[ingoma ziravuga]
-
Umunsi ugereranye muri stidiyo ya Tarubogisi
-
haba ikintu nk'iki:
-
tuvyuka muri make nk'isaha zine canke zitanu
-
Tuvyuka isaha zine iyo dushaka kuja muri jimu ya Daruwini
-
mugukora, mukugira imwe mu myimenyerezo.
-
[uwuri inyuma y'ikiyo] wabikoze gute A-Rosi?
-
Nirutse iminota 15 hanyuma nsoma ikinyamakuru "magazini y'abantu".
-
Tutagiye muri jimu , abantu bahava barwira.
-
Nk'isaha zitanu, turava hasi hanyuma Andi agaca ateka amagi.
-
n'icayi ca mu gitondo c'ubwoko bwa asuparagusi.
-
Hanyuma kandi, Deve Frimeni, umusaruzi wacu w'ikirenga,
-
aza hafi isaha zitandatu z'umutaga
-
Kandi, duca tuvugana ivyo dushaka gukora .
-
Reka...Noshiramwo bimwe
-
"bugiti-bipu-bopu-bap muri ivyo?
-
Ikintu kigenda "waaa,? ku kintu
-
ivyo biba mu gihimba?
-
Inyuma y'igice ca gatatu canke? Nipfuza
-
Kwumva kuri nka, "tabakrabebarakrabitibo."
-
"tumudebubitakubita-bumu."
-
Nanje nibaza ntiwibaze ngo wobishobora "gakororere"
-
mu ntango.
-
Aha, reka mpe bimwe
-
Kandi, duca tuja , nibaza ko tujana
-
na dukinishe iyi ikibiriraho
-
[umuziki w'ingoma n'ibitari]
-
Ku bw'ivyo,mu ncamake , dukora indirimbo imwe ku musi.
-
Kandi, buri igihe nk'isaha zibiri na zitatu zuzuye
-
turegeranya bimwe bidufasha tugaca dutangura kwongerako
-
Ico dukeneye kwongera ko kuri iyo ndirimbo.
-
[amajwi atandukanye y'ivyuma vy'ugucuraranga]
-
Hanyuma dukunda guhagarika isaha zitandatu z'ijoro.
-
hanyuma y'ivyo, duca dukora kuki za shokora.
-
[amajwi y'inyuma asamirana]
-
Dukunda gukora nyinshi kugira kira muntu aronke zibiri.
-
Ivyo n'ibiki? Sinzi niba mikoro yatowe
-
yari ,yasamirana nk'ikintu, nka...
-
nk'ikintu "kuruuuu".
-
kand'iryo ryar'ijwi ry'urubura [laughter] rukoretse
-
ruvuye ku mabati. Niko biri.
-
Urwo rwari urubura rushonga ruvuye ku mabati.
-
Kuko hari urubura rwinshi rukoroka, hino muri Fredoniya,
-
Niyoroke. Urubura rwinshi. Rwahoze
-
rurwa mu misi itatu ikurikirana.
-
Sivyo kwizera.
-
[amajwi n'umudiho vy'indirimbo]